{
	"@metadata": {
		"authors": [
			"NathanRUZO"
		]
	},
	"editcheck-dialog-action-no": "Oya",
	"editcheck-dialog-action-yes": "Ego",
	"editcheck-dialog-action-decline": "Kwanka",
	"editcheck-dialog-action-revise": "Subiramwo",
	"editcheck-dialog-action-recheck": "ongera ugenzure",
	"editcheck-dialog-action-back": "Subira inyuma",
	"editcheck-dialog-action-submit": "kwemeza",
	"editcheck-dialog-addref-description": "Nufashe abasomyi gutahura aho ivyo bintu vyavuye mu kwongera amajambo yo mu gisomwa.",
	"editcheck-dialog-addref-reject-question": "Kubera iki utongera amajambo?",
	"editcheck-dialog-addref-reject-irrelevant": "Sinzi ko ibivugwa bifitaniye isano n'ihinduka ndiko ndagira",
	"editcheck-dialog-addref-reject-common-knowledge": "Amakuru ndiko ndashirako arazwi cane",
	"editcheck-dialog-addref-reject-uncertain": "Sinzi neza ico nokwongerako",
	"editcheck-dialog-addref-reject-other": "Iyindi",
	"editcheck-dialog-addref-title": "Kwongerako ikivugwa",
	"editcheck-dialog-title": "Imbere yo gusohora",
	"editcheck-copyvio-title": "Ibiri muri iyo nkuru",
	"editcheck-copyvio-prompt": "Niwewe wanditse iki canditswe",
	"editcheck-copyvio-action-keep": "Ego, kigumane",
	"editcheck-copyvio-action-remove": "Oya, gikureko",
	"editcheck-copyvio-keep-description": "Turagusavye ufashe abandi banditsi b’iki kiganiro gutahura imvo yawe yo kuguma ufise icanditswe cashizweko.",
	"editcheck-copyvio-keep-wrote": "Ni jewe nanditse ivyo bintu kandi nta handi vyagiye birasohoka",
	"editcheck-copyvio-keep-permission": "Ibi birarekuriwe gukoreshwa n'abantu bose",
	"editcheck-copyvio-keep-other": "Nta kintu na kimwe muri ibi bikurikira gifise agaciro",
	"editcheck-copyvio-keep-notify": "Urakoze cane kuba warasiguye igituma utashaka ko ico canditswe gisomwa!",
	"editcheck-tone-title": "Gusuzuma ijwi?",
	"editcheck-tone-title-acted": "Gusuzuma ukuntu ijwi ry'umuntu rivugwa",
	"editcheck-tone-description-acted": "Raba amajambo atera isoni, asuzugura, adasobanutse neza, ateye isoni canke ashigikira iciyumviro kinaka.",
	"editcheck-tone-reject-appropriate": "Ijwi rirabereye",
	"editcheck-tone-reject-uncertain": "Sinzi neza ingene nokosora imvugo",
	"editcheck-tone-reject-other": "Iyindi",
	"editcheck-tone-thank": "Murakoze cane kuba mwaritwararitse ukuntu tuvuga!",
	"editcheck-reject-description": "Abandi bahinduzi boshima kumenya igituma wahisemwo ivyo.",
	"editcheck-review-title": "Gusuzuma amahinduka",
	"tag-editcheck-reference-decline-common-knowledge": "Guhindura isuzuma (ivyo wisunze) vyanse (ubumenyi rusangi)",
	"tag-editcheck-reference-decline-irrelevant": "Guhindura isuzuma (ivyo wisunze) vyanse (ntaco bimaze)",
	"tag-editcheck-reference-decline-other": "Guhindura isuzuma (ivyo wasubiyeko) vyanse (ibindi)",
	"tag-editcheck-reference-decline-uncertain": "Guhindura isuzuma (ivyo wisunze) vyanse (ntaco bimaze)"
}
